Abacamanza 20:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abisirayeli bose, ukuyemwo Ababenyamini, bakoranya abagabo 400.000 barwanisha inkota+ kandi umwe wese muri bo yari amenyereye urugamba. 2 Samweli 24:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yowabu araheza ashikiriza umwami igitigiri c’abo baharuye: mu muryango wa Yuda hari abarwanyi 500.000 barwanisha inkota, mu yindi miryango ya Isirayeli na ho 800.000+.
17 Abisirayeli bose, ukuyemwo Ababenyamini, bakoranya abagabo 400.000 barwanisha inkota+ kandi umwe wese muri bo yari amenyereye urugamba.
9 Yowabu araheza ashikiriza umwami igitigiri c’abo baharuye: mu muryango wa Yuda hari abarwanyi 500.000 barwanisha inkota, mu yindi miryango ya Isirayeli na ho 800.000+.