Rusi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze Bowazi abwira Rusi ati: «Umve mukobwa wanje. Ntihagire uwundi murima ujamwo, igumire ng’aha. Nugumane n’abakobwa bankorera+.
8 Maze Bowazi abwira Rusi ati: «Umve mukobwa wanje. Ntihagire uwundi murima ujamwo, igumire ng’aha. Nugumane n’abakobwa bankorera+.