ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nuko Abisirayeli bose, kuva mu karere ka Dani+ gushika i Beri-Sheba no mu karere ka Gileyadi+, baraza maze ishengero ryose rikoranira hamwe* imbere ya Yehova i Mizipa+.

  • 1 Samweli 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nuko Samweli akoraniriza abantu imbere ya Yehova i Mizipa+.

  • 2 Abami 25:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Abakuru b’ingabo bose hamwe n’ingabo zabo bumvise ko umwami wa Babiloni yagenye Gedaliya, baca baza kwa Gedaliya i Mizipa. Abaje ni aba: Ishimayeli mwene Netaniya, Yohanani mwene Kareya, Seraya mwene Tanihumeti w’i Netofa na Yazaniya avyarwa n’umugabo w’i Mayaka. Baje bazananye n’ingabo zabo+.

  • Yeremiya 40:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Nuko Yeremiya aja kwa Gedaliya mwene Ahikamu i Mizipa+, agumana na we mu bandi bantu bari basigaye mu gihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika