1 Ngoma 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Abahungu ba Kohati* bari aba: Kohati yavyaye Aminadabu, Aminadabu avyara Kora+, Kora avyara Asiri, 1 Ngoma 6:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nahati avyara Eliyabu, Eliyabu avyara Yerohamu, Yerohamu avyara Elikana+.
22 Abahungu ba Kohati* bari aba: Kohati yavyaye Aminadabu, Aminadabu avyara Kora+, Kora avyara Asiri,