Abacamanza 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abisirayeli bongera gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+. Yehova aca abakurako amaboko, bituma Eguloni umwami wa Mowabu+ abarusha inguvu, kuko bakoze ivyo Yehova abona ko ari bibi.
12 Abisirayeli bongera gukora ivyo Yehova abona ko ari bibi+. Yehova aca abakurako amaboko, bituma Eguloni umwami wa Mowabu+ abarusha inguvu, kuko bakoze ivyo Yehova abona ko ari bibi.