Gusubira mu vyagezwe 31:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ndazi neza ko muzokora ibibi ninamara gupfa+, mugaheba inzira nabategetse kugenderamwo. Ivyago ntibizobura kubazako+ muri kazoza kuko muzoba mwakoze ibibi mu maso ya Yehova kandi mukamubabaza biciye ku bikorwa vyanyu.» Yosuwa 23:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Rero mugire umutima rugabo kandi mukomere kugira mukurikize ivyanditswe mu gitabu c’amategeko+ ya Musa vyose, muvyubahirize. Ntimuze mwigere mubirengako ngo mukebereze iburyo canke ibubamfu+, 1 Samweli 12:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo nimutagamburukira Yehova, mukagarariza ivyo Yehova abategeka, Yehova azobahana mwe na ba so+.
29 Ndazi neza ko muzokora ibibi ninamara gupfa+, mugaheba inzira nabategetse kugenderamwo. Ivyago ntibizobura kubazako+ muri kazoza kuko muzoba mwakoze ibibi mu maso ya Yehova kandi mukamubabaza biciye ku bikorwa vyanyu.»
6 «Rero mugire umutima rugabo kandi mukomere kugira mukurikize ivyanditswe mu gitabu c’amategeko+ ya Musa vyose, muvyubahirize. Ntimuze mwigere mubirengako ngo mukebereze iburyo canke ibubamfu+,
15 Mugabo nimutagamburukira Yehova, mukagarariza ivyo Yehova abategeka, Yehova azobahana mwe na ba so+.