Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, Gusubira mu vyagezwe 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ni we mukwiye gushemeza+. Ni Imana yanyu yabakoreye ibintu vyose bikomeye kandi biteye ubwoba mwiboneye n’amaso yanyu+.
12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,
21 Ni we mukwiye gushemeza+. Ni Imana yanyu yabakoreye ibintu vyose bikomeye kandi biteye ubwoba mwiboneye n’amaso yanyu+.