1 Samweli 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kugarariza+ ni cokimwe no gukora igicumuro co kuragura+. Kwita imbere na vyo ni cokimwe no gukoresha amageza no gusenga ibigirwamana*. Ko wanse kwumvira ivyo Yehova yagutegetse+, na we arakwanse ntagishaka ko uba umwami+.» 1 Samweli 15:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mugabo Samweli abwira Sawuli ati: «Sinsubira inyuma ngo njane nawe, kuko wanse kwumvira ivyo Yehova yagutegetse. Yehova na we yarakwanse ntagishaka ko uba umwami wa Isirayeli+.»
23 Kugarariza+ ni cokimwe no gukora igicumuro co kuragura+. Kwita imbere na vyo ni cokimwe no gukoresha amageza no gusenga ibigirwamana*. Ko wanse kwumvira ivyo Yehova yagutegetse+, na we arakwanse ntagishaka ko uba umwami+.»
26 Mugabo Samweli abwira Sawuli ati: «Sinsubira inyuma ngo njane nawe, kuko wanse kwumvira ivyo Yehova yagutegetse. Yehova na we yarakwanse ntagishaka ko uba umwami wa Isirayeli+.»