Abacamanza 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Aya rero ni yo mahanga Yehova yaretse kugira ngo ageze Abisirayeli bose batari barabonye intambara n’imwe mu ntambara z’i Kanani+. Abacamanza 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ayo mahanga ni aya: abatware batanu b’Abafilisitiya+, Abanyakanani bose, Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-Herumoni gushika i Lebo-Hamati*+. 1 Samweli 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 «Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu ava mu karere ka Benyamini+. Uze umurobanuze amavuta* abe indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+. Azokiza abantu banje abakure mu vyara vy’Abafilisitiya, kuko nabonye amarushwa yabo nkumva n’amaborogo yabo+.» 1 Samweli 14:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Mu kiringo cose Sawuli yamaze atwara, hama intambara zikomeye hagati yiwe n’Abafilisitiya+. Sawuli abonye umugabo akomeye canke arinda yaca amushira mu ngabo+.
3 Aya rero ni yo mahanga Yehova yaretse kugira ngo ageze Abisirayeli bose batari barabonye intambara n’imwe mu ntambara z’i Kanani+.
3 Ayo mahanga ni aya: abatware batanu b’Abafilisitiya+, Abanyakanani bose, Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-Herumoni gushika i Lebo-Hamati*+.
16 «Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu ava mu karere ka Benyamini+. Uze umurobanuze amavuta* abe indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+. Azokiza abantu banje abakure mu vyara vy’Abafilisitiya, kuko nabonye amarushwa yabo nkumva n’amaborogo yabo+.»
52 Mu kiringo cose Sawuli yamaze atwara, hama intambara zikomeye hagati yiwe n’Abafilisitiya+. Sawuli abonye umugabo akomeye canke arinda yaca amushira mu ngabo+.