1 Samweli 17:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Dawidi atangura kubaza abasoda bari bahagaze hafi yiwe ati: «Uwuzokwica urya Mufilisitiya, agakura akagaye ku Bisirayeli, bazomushimira gute? Uwo Mufilisitiya atagenyerewe* abaye nde aho asomborotsa* ingabo z’Imana nzima+?» 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mbega urazi uwo wacokoye? Urazi uwo watutse+? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
26 Dawidi atangura kubaza abasoda bari bahagaze hafi yiwe ati: «Uwuzokwica urya Mufilisitiya, agakura akagaye ku Bisirayeli, bazomushimira gute? Uwo Mufilisitiya atagenyerewe* abaye nde aho asomborotsa* ingabo z’Imana nzima+?»
22 Mbega urazi uwo wacokoye? Urazi uwo watutse+? Uwo wakankamiye+,ukamurabana ubwibone, uramuzi? Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!