1 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sawuli yamutuma hose vyamugendera neza*+. Sawuli aca amugira intwazangabo+ kandi ivyo bihimbara abantu bose n’abasuku ba Sawuli. 1 Samweli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nuko Sawuli agira Dawidi umukuru w’abasoda 1.000 kugira ntamugume iruhande. Dawidi yama ayobora ingabo ku rugamba*+.
5 Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sawuli yamutuma hose vyamugendera neza*+. Sawuli aca amugira intwazangabo+ kandi ivyo bihimbara abantu bose n’abasuku ba Sawuli.
13 Nuko Sawuli agira Dawidi umukuru w’abasoda 1.000 kugira ntamugume iruhande. Dawidi yama ayobora ingabo ku rugamba*+.