1 Samweli 25:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Numvise yuko uriko uramwa ubwoya bw’intama zawe. Igihe abungere bawe bari kumwe natwe, nta kibi twabagiriye+. Kandi igihe cose bamaze i Karumeli nta kintu na kimwe batakaje.
7 Numvise yuko uriko uramwa ubwoya bw’intama zawe. Igihe abungere bawe bari kumwe natwe, nta kibi twabagiriye+. Kandi igihe cose bamaze i Karumeli nta kintu na kimwe batakaje.