ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze abantu bose bari bifitiye ingorane, abari bafise amadeni, n’abagendana imyidogo*, bose bakoranira kuri we, aba umukuru wabo. Bari abagabo nka 400.

  • 1 Samweli 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ubwo nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: «Umwe wese nakenyere inkota yiwe+!» Nuko bose barazikenyera, na Dawidi akenyera rwiwe. Abagabo nka 400 bajana na we, 200 bandi basigarana imizigo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika