1 Samweli 15:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Samweli aca amubwira ati: «Uyu musi Yehova akwatse ubwami bwa Isirayeli, kandi azobuha uwundi muntu ameze neza kukurusha+. 2 Samweli 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa+, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+. 2 Samweli 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 kuva igihe nagena abacamanza+ kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli. Nzogukiza abansi bawe bose+, uronke amahoro*. Kandi jewe Yehova nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*+. Ni jewe Yehova ndabikubwiye. 1 Abami 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 nanje rero nzokomeza ubwami bwawe muri Isirayeli ibihe vyose nk’uko nabisezeraniye so Dawidi, nti: “Mu muryango wawe ntihazokwigera habura uwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.”
28 Samweli aca amubwira ati: «Uyu musi Yehova akwatse ubwami bwa Isirayeli, kandi azobuha uwundi muntu ameze neza kukurusha+.
8 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa+, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+.
11 kuva igihe nagena abacamanza+ kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli. Nzogukiza abansi bawe bose+, uronke amahoro*. Kandi jewe Yehova nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*+. Ni jewe Yehova ndabikubwiye.
5 nanje rero nzokomeza ubwami bwawe muri Isirayeli ibihe vyose nk’uko nabisezeraniye so Dawidi, nti: “Mu muryango wawe ntihazokwigera habura uwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.”