Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 26:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uyu musi namwe muremereye Yehova ko muzoba abantu biwe, ihanga ryiwe ridasanzwe*+ nk’uko yabibasezeraniye, be n’uko muzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose.
5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+.
18 Uyu musi namwe muremereye Yehova ko muzoba abantu biwe, ihanga ryiwe ridasanzwe*+ nk’uko yabibasezeraniye, be n’uko muzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose.