Zaburi 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova azocira urubanza amahanga+. Ewe Yehova, nuncire urubanza wisunze ubugororotsi bwanje,wisunze ugutungana kwanje+. Zaburi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova ampemba yisunze ubugororotsi bwanje+,akanyishura ivyiza kuko amaboko yanje ata kibi yakoze*+.
8 Yehova azocira urubanza amahanga+. Ewe Yehova, nuncire urubanza wisunze ubugororotsi bwanje,wisunze ugutungana kwanje+.
20 Yehova ampemba yisunze ubugororotsi bwanje+,akanyishura ivyiza kuko amaboko yanje ata kibi yakoze*+.