1 Samweli 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehova yitwararika Hana maze avyara abandi bana+: abahungu batatu n’abakobwa babiri. Wa muhungu Samweli abandanya gukurira imbere ya Yehova+.
21 Yehova yitwararika Hana maze avyara abandi bana+: abahungu batatu n’abakobwa babiri. Wa muhungu Samweli abandanya gukurira imbere ya Yehova+.