Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe kugira abarwanire yongere abakize+.” 1 Samweli 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ku mwaka ku mwaka, uwo mugabo yama ava mu gisagara abamwo akaduga i Shilo gusenga* Yehova Nyeningabo no kumushikanira ibimazi+. Abahungu babiri ba Eli, ari bo Hofuni na Finehasi+, bari abaherezi bakorera Yehova+ aho i Shilo. 1 Ngoma 17:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Izina ryawe nirihangame* kandi rishirwe hejuru+ ibihe bidahera, kugira ngo abantu bavuge bati: “Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, ni we Mana ya Isirayeli.” Nutume umuryango w’umusavyi wawe Dawidi ushinga imizi+.
3 Ku mwaka ku mwaka, uwo mugabo yama ava mu gisagara abamwo akaduga i Shilo gusenga* Yehova Nyeningabo no kumushikanira ibimazi+. Abahungu babiri ba Eli, ari bo Hofuni na Finehasi+, bari abaherezi bakorera Yehova+ aho i Shilo.
24 Izina ryawe nirihangame* kandi rishirwe hejuru+ ibihe bidahera, kugira ngo abantu bavuge bati: “Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, ni we Mana ya Isirayeli.” Nutume umuryango w’umusavyi wawe Dawidi ushinga imizi+.