ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ivyo bibando uzobicisha muri ya mikono iri ku mpande z’iyo sandugu kugira bazobikoreshe mu kuyirerura.

  • Guharura 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko Abakohati nta na kimwe yabahaye kuko bakora ibikorwa vy’ahantu heranda+, bakaba batwara ibintu vyeranda ku rutugu+.

  • Yosuwa 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nuko abantu bava aho bari bashinze amahema kugira bajabuke Yorodani, maze abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano babaja imbere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika