Itanguriro 30:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Labani amwishura ati: «Ndakwinginze ugumane nanje! Ndabona ibimenyamenya* vy’uko Yehova ariko arampezagira kubera wewe.» Itanguriro 39:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuva aho amushingiye kugaba urugo rwiwe no kwitwararika ivyo atunze vyose, Yehova aguma ahezagira urugo rw’uwo Munyamisiri kubera Yozefu. Umuhezagiro wa Yehova uba ku vyo yari atunze vyose mu rugo no mu mirima+.
27 Labani amwishura ati: «Ndakwinginze ugumane nanje! Ndabona ibimenyamenya* vy’uko Yehova ariko arampezagira kubera wewe.»
5 Kuva aho amushingiye kugaba urugo rwiwe no kwitwararika ivyo atunze vyose, Yehova aguma ahezagira urugo rw’uwo Munyamisiri kubera Yozefu. Umuhezagiro wa Yehova uba ku vyo yari atunze vyose mu rugo no mu mirima+.