ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 15:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Nuko Dawidi n’abashingantahe bo muri Isirayeli n’abakuru b’imigwi y’abantu 1.000 baja gutora isandugu y’isezerano rya Yehova kwa Obedi-Edomu+ bari mu kanyamuneza+. 26 Imana y’ukuri yarafashije Abalewi bari bareruye isandugu y’isezerano rya Yehova, maze bashikana amashuri indwi n’impfizi z’intama indwi+.

  • Zaburi 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Nimuraramure imitwe mwa marembo+!

      Nimwuguruke* mwa miryango ya kera,

      kugira Umwami aninahaye yinjire+!

  • Zaburi 68:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ewe Mana, barabonye ingendo zawe,

      ingendo z’Imana yanje ari yo Mwami wanje, zo kuja ahantu heranda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika