1 Samweli 14:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Abahungu ba Sawuli bari Yonatani, Ishivi na Malikishuwa+. Yari afise n’abakobwa babiri. Mukuru yitwa Merabu+, mutoyi akitwa Mikali+. 1 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Umukobwa wa Sawuli yitwa Mikali+ yarakunda cane Dawidi. Sawuli abimenye biramunezera. 1 Samweli 18:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Dawidi ajana n’abantu biwe bica abagabo b’Abafilisitiya 200. Hanyuma Dawidi ashira umwami udushato twabo twose kugira ngo amubere umukwe*. Sawuli aca amuha umukobwa wiwe Mikali aba umugore wiwe+. 2 Samweli 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Dawidi aca atuma intumwa kuri Ishibosheti+ mwene Sawuli ati: «Mpa umugore wanje Mikali, uwo nakoye udushato* 100 tw’Abafilisitiya+.»
49 Abahungu ba Sawuli bari Yonatani, Ishivi na Malikishuwa+. Yari afise n’abakobwa babiri. Mukuru yitwa Merabu+, mutoyi akitwa Mikali+.
27 Dawidi ajana n’abantu biwe bica abagabo b’Abafilisitiya 200. Hanyuma Dawidi ashira umwami udushato twabo twose kugira ngo amubere umukwe*. Sawuli aca amuha umukobwa wiwe Mikali aba umugore wiwe+.
14 Dawidi aca atuma intumwa kuri Ishibosheti+ mwene Sawuli ati: «Mpa umugore wanje Mikali, uwo nakoye udushato* 100 tw’Abafilisitiya+.»