1 Ngoma 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Dawidi abandanya kwiyubakira amazu muri ca gisagara ca Dawidi, ategura n’ahantu isandugu y’Imana y’ukuri izoja be n’ihema izoshirwamwo+.
15 Dawidi abandanya kwiyubakira amazu muri ca gisagara ca Dawidi, ategura n’ahantu isandugu y’Imana y’ukuri izoja be n’ihema izoshirwamwo+.