1 Samweli 18:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Dawidi ajana n’abantu biwe bica abagabo b’Abafilisitiya 200. Hanyuma Dawidi ashira umwami udushato twabo twose kugira ngo amubere umukwe*. Sawuli aca amuha umukobwa wiwe Mikali aba umugore wiwe+.
27 Dawidi ajana n’abantu biwe bica abagabo b’Abafilisitiya 200. Hanyuma Dawidi ashira umwami udushato twabo twose kugira ngo amubere umukwe*. Sawuli aca amuha umukobwa wiwe Mikali aba umugore wiwe+.