2 Samweli 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova arungika rero Natani+ kwa Dawidi. Ahashitse+ amubwira ati: «Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri. Umwe yari umutunzi uwundi yari umukene. 1 Ngoma 29:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ivyerekeye umwami Dawidi kuva ku ntango gushika kw’iherezo, vyanditswe mu vyavuzwe n’uwahishurirwa n’Imana* Samweli, umuhanuzi Natani+ na Gadi+ uwavuga ivyo Imana yamweretse.
12 Yehova arungika rero Natani+ kwa Dawidi. Ahashitse+ amubwira ati: «Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri. Umwe yari umutunzi uwundi yari umukene.
29 Ivyerekeye umwami Dawidi kuva ku ntango gushika kw’iherezo, vyanditswe mu vyavuzwe n’uwahishurirwa n’Imana* Samweli, umuhanuzi Natani+ na Gadi+ uwavuga ivyo Imana yamweretse.