1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Samweli aca atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza imbere ya benewabo. Kuva uwo musi, impwemu ya Yehova itangura guha inkomezi Dawidi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka asubira i Rama+. 2 Samweli 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa+, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+.
13 Samweli aca atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza imbere ya benewabo. Kuva uwo musi, impwemu ya Yehova itangura guha inkomezi Dawidi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka asubira i Rama+.
8 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa+, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+.