ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Umwami Ogi wa Bashani ni we yari asigaye mu Barefayimu. Inderuzo* yiwe yari ikozwe mu cuma kandi n’ubu iracari i Raba h’Abamori. Ifise uburebure bw’intambwe* icenda, n’ubwaguke bw’intambwe zine hisunzwe igipimo bafatirako.

  • Yosuwa 13:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Musa yahaye intoranwa n’umuryango w’Abagadi hisunzwe ingo zabo. 25 Akarere kabo kari kagizwe na Yazeri+ n’ibisagara vyose vy’i Gileyadi n’igice c’igihugu c’Abamoni+ gushika i Aroweri, aharabana na Raba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika