ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:31, 32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Baruzilayi+ Umunyagileyadi yari yamanutse avuye i Rogelimu kugira aherekeze umwami gushika ku ruzi Yorodani. 32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka 80. Yari atunze cane kandi igihe umwami yari i Mahanayimu+, Baruzilayi yaramuronkeje ibifungurwa.

  • 1 Abami 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Mugabo bene Baruzilayi+ Umunyagileyadi, uze ubagirire neza*. Baze bame bafungurira ku meza yawe, kuko banserutseko+ igihe nahunga mwenewanyu Abusalomu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika