2 Samweli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Sadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga. 2 Samweli 15:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo umwami abwira Sadoki ati: «Subiza iyo sandugu y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Yehova niyaba abona ko ndamuhimbara, azongarukana nsubire kuyibona, mbone n’aho iba+. 1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya.
17 Sadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.
25 Mugabo umwami abwira Sadoki ati: «Subiza iyo sandugu y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Yehova niyaba abona ko ndamuhimbara, azongarukana nsubire kuyibona, mbone n’aho iba+.
8 Mugabo umuherezi Sadoki+ na Benaya+ mwene Yehoyada n’umuhanuzi Natani+ na Shimeyi+ na Reyi n’abarwanyi b’intwari ba Dawidi+, ntibashigikiye Adoniya.