2 Samweli 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, umugabo umwe wo mu muryango wa Sawuli aza amutumbereye, atangura kumuvuma+. Yitwa Shimeyi+, akaba yari mwene Gera.
5 Umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, umugabo umwe wo mu muryango wa Sawuli aza amutumbereye, atangura kumuvuma+. Yitwa Shimeyi+, akaba yari mwene Gera.