2 Samweli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari umukuru w’ingabo, Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umwanditsi w’ivyaja biraba. 2 Samweli 20:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yowabu yari umukuru w’ingabo zose za Isirayeli+, Benaya+ mwene Yehoyada+ na we akaba umukuru w’Abakereti n’Abapeleti+.
16 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari umukuru w’ingabo, Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umwanditsi w’ivyaja biraba.
23 Yowabu yari umukuru w’ingabo zose za Isirayeli+, Benaya+ mwene Yehoyada+ na we akaba umukuru w’Abakereti n’Abapeleti+.