-
2 Ngoma 3:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Hanyuma akora icumba* citwa Aheranda cane+. Uburebure bwaco bwari intambwe 20, bukaba bwangana n’ubwaguke bw’iyo nyubakwa. Ubwaguke bwaco na bwo bwari intambwe 20. Araheza yomeka kuri ico cumba inzahabu nzizanziza+ zingana n’italanto* 600. 9 Inzahabu yakoreshejwe ku misumari yapima shekeli* 50. Ivyumba vyo hejuru na vyo nyene yavyometseko inzahabu.
-