ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 None rero Yehova Mana yacu, turakwinginze udukize umwami wa Ashuri, kugira ngo ubwami bwose bwo kw’isi bumenye yuko wewe Yehova, wewe wenyene ari wewe Mana+.»

      20 Yesaya mwene Amozi aca arungikira Hezekiya ubutumwa bugira buti: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ivyo wambwiye mw’isengesho vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri navyumvise+.

  • 2 Ngoma 6:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Abantu bawe b’Abisirayeli nibatsindwa n’abansi babo kubera ko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagahindukira bakaninahaza izina ryawe+, bakaza gusengera+ imbere yawe muri iyi nzu bagutakambira+, 25 uze wumve uri mw’ijuru+. Uze ubabarire igicumuro c’abantu bawe b’Abisirayeli, hanyuma ubagarukane mu gihugu wabahaye bo na ba sekuruza babo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika