Kuvayo 23:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Nzoshinga urubibe rwanyu kuva ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no kuva mu bugaragwa gushika kuri rwa ruzi runini*+. Nzotuma mutsinda ababa muri ico gihugu kandi muzobirukana bababise+. 1 Abami 20:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo umuhanuzi umwe araza, abwira Ahabu+ umwami wa Isirayeli ati: «Yehova avuze ati: “Urabona abo basoda ukuntu ari isinzi? Ngira ndagufashe kubatsinda. Uraheza umenye yuko ndi Yehova+.”»
31 Nzoshinga urubibe rwanyu kuva ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no kuva mu bugaragwa gushika kuri rwa ruzi runini*+. Nzotuma mutsinda ababa muri ico gihugu kandi muzobirukana bababise+.
13 Mugabo umuhanuzi umwe araza, abwira Ahabu+ umwami wa Isirayeli ati: «Yehova avuze ati: “Urabona abo basoda ukuntu ari isinzi? Ngira ndagufashe kubatsinda. Uraheza umenye yuko ndi Yehova+.”»