2 Samweli 7:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ndagusavye rero uhezagire umuryango wanje, utume wamaho ibihe vyose kuko ari wewe wabisezeranye+, ewe Mukama Segaba Yehova. Umuryango wanje jewe umusavyi wawe, nuronke umuhezagiro wawe kandi ugume uhezagiwe ibihe vyose+.» 1 Abami 15:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mugabo Yehova Imana ya Abiyamu yaramuhaye itara i Yeruzalemu+ mu kumuha umuhungu aganza mu kibanza ciwe no mu kureka igisagara ca Yeruzalemu kikagumaho. Yabigize kubera Dawidi+, 2 Abami 8:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya Ubuyuda kubera umusavyi wiwe Dawidi+. Yari yamusezeraniye ko azomuha itara*+ we n’abahungu biwe ibihe vyose.
29 Ndagusavye rero uhezagire umuryango wanje, utume wamaho ibihe vyose kuko ari wewe wabisezeranye+, ewe Mukama Segaba Yehova. Umuryango wanje jewe umusavyi wawe, nuronke umuhezagiro wawe kandi ugume uhezagiwe ibihe vyose+.»
4 Mugabo Yehova Imana ya Abiyamu yaramuhaye itara i Yeruzalemu+ mu kumuha umuhungu aganza mu kibanza ciwe no mu kureka igisagara ca Yeruzalemu kikagumaho. Yabigize kubera Dawidi+,
19 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya Ubuyuda kubera umusavyi wiwe Dawidi+. Yari yamusezeraniye ko azomuha itara*+ we n’abahungu biwe ibihe vyose.