-
2 Ngoma 10:5-7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Na we ababwira ati: «Muzogaruke inyuma y’imisi itatu.» Baca baragenda+. 6 Maze umwami Rehobowamu agisha inama abagabo b’inararibonye* bari barakoreye se Salomo akiriho, ababwira ati: «Aba bantu mumpanuye ndabishure gute?» 7 Bamwishura bati: «Niwababera umuntu mwiza ukabashimisha, ukabishurana umutima mwiza, bazokwama bagukorera.»
-