-
2 Ngoma 11:20-22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Inyuma y’uwo, Rehobowamu arongora Mayaka umwuzukuru wa Abusalomu+. Baraheza bavyarana Abiya+, Atayi, Ziza na Shelomiti. 21 Rehobowamu yakunda Mayaka umwuzukuru wa Abusalomu kuruta abandi bagore biwe bose n’incoreke ziwe+, kuko yarongoye abagore 18 n’incoreke 60. Yavyaye abahungu 28 n’abakobwa 60. 22 Nuko Rehobowamu atora Abiya umuhungu wa Mayaka amugira umukuru n’indongozi muri benewabo, kuko yipfuza kuzomugira umwami.
-