1 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni co gituma ngira ndagukuburane n’umuryango wawe, ewe Bayasha, ntihagire n’igisigara. Umuryango wawe nzowugira nk’uko nagize umuryango wa Yerobowamu+ mwene Nebati. 1 Abami 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Zimuri azimanganya rero umuryango wose wa Bayasha, nk’uko Yehova yari yabivuze mu rubanza yaciriye Bayasha biciye ku muhanuzi Yehu+.
3 Ni co gituma ngira ndagukuburane n’umuryango wawe, ewe Bayasha, ntihagire n’igisigara. Umuryango wawe nzowugira nk’uko nagize umuryango wa Yerobowamu+ mwene Nebati.
12 Zimuri azimanganya rero umuryango wose wa Bayasha, nk’uko Yehova yari yabivuze mu rubanza yaciriye Bayasha biciye ku muhanuzi Yehu+.