ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Kuko ari ihanga rigarariza+. Ni abana babesha+,

      abana badashaka kwumva amategeko* ya Yehova+.

      10 Babwira abahishurirwa n’Imana* ngo: “Ntimuhishurirwe”,

      bakabwira aberekwa ngo: “Ntimutubwire ibintu vy’ukuri mweretswe+.

      Nimutubwire ibintu bituryohera*, mwerekwe ibintu vy’uruhendo+.

  • Yeremiya 38:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Abatware babwira umwami bati: «Turagusavye uyu mugabo yicwe+, kuko mu kuvuga ivyo ariko aca intege* abasoda basigaye muri iki gisagara n’abantu bose. Kuko uyu mugabo ataronderera amahoro aba bantu, ahubwo abaronderera ivyago.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika