2 Ngoma 21:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehoramu yabaye umwami afise imyaka 32, aca amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu+. 2 Ngoma 21:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu nyuma, aronka ubutumwa bwanditswe n’umuhanuzi Eliya+ bugira buti: «Yehova Imana ya sogokuruza Dawidi avuze ati: “Ntiwiganye akarorero ka so Yehoshafati+ n’aka Asa+ umwami w’Ubuyuda. Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Vyongeye, nta muntu n’umwe yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse avayo+, ni we Mwana w’umuntu.
12 Mu nyuma, aronka ubutumwa bwanditswe n’umuhanuzi Eliya+ bugira buti: «Yehova Imana ya sogokuruza Dawidi avuze ati: “Ntiwiganye akarorero ka so Yehoshafati+ n’aka Asa+ umwami w’Ubuyuda.