2 Ngoma 34:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 31 aganza i Yeruzalemu+. 2 Yakoze ivyo Yehova abona ko bigororotse, akora nk’ivyo sekuruza Dawidi yakoze vyose*, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu.
34 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 31 aganza i Yeruzalemu+. 2 Yakoze ivyo Yehova abona ko bigororotse, akora nk’ivyo sekuruza Dawidi yakoze vyose*, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu.