2 Ngoma 20:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu, ni wewe wenyene uri Imana mw’ijuru+. None si wewe uganza ubwami bwose bw’amahanga+? Mu kuboko kwawe huzuye ububasha n’inkomezi kandi nta n’umwe yoguhangara+.
6 avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu, ni wewe wenyene uri Imana mw’ijuru+. None si wewe uganza ubwami bwose bw’amahanga+? Mu kuboko kwawe huzuye ububasha n’inkomezi kandi nta n’umwe yoguhangara+.