-
Abalewi 23:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Ku musi umuherezi azungagiza uwo muganda, mubwirizwa kuzanira Yehova isuguru y’intama imaze umwaka umwe kandi itagira akanenge y’ishikanwa riturirwa. 13 Iyo ntama muzoyitangana n’ishikanwa ry’intete ringana n’ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa* y’ifu inoze ivanze n’amavuta. Ni ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro ry’akamoto keza*. Muzoyitangana n’ishikanwa ry’ikinyobwa rigizwe n’umuvinyu ungana n’ica kane c’ingero ya hini*.
-