ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 nzoguha ivyo usavye+. Nzoguha ubukerebutsi n’ugutegera*+ ku buryo hatazokwigera haboneka uwumeze nkawe, nk’uko nyene ata wigeze aboneka imbere yawe+.

  • 2 Ngoma 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 1 Ubwami bwa Salomo umuhungu wa Dawidi burushiriza gukomera. Yehova Imana yiwe yari kumwe na we, kandi yatumye aba uwuhambaye cane+.

  • 2 Ngoma 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 ubwo bukerebutsi n’ubumenyi nzobiguha. Nzoguha n’itunga, nguhe n’ibihinda n’icubahiro ata mwami n’umwe araronka mu babayeho imbere yawe, kandi no mu bazoza inyuma yawe nta wuzobironka+.»

  • Umusiguzi 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Narabaye uwuhambaye, ndaruta ababayeho bose imbere yanje i Yeruzalemu+, kandi ubwenge* bwanje narabugumanye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika