10 Maze Dawidi arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Dawidi+. 11 Dawidi yamaze imyaka 40 aganza Isirayeli. Imyaka 7 yayimaze i Heburoni+, 33 na yo i Yeruzalemu+.
12 Salomo araheza yicara ku ntebe y’ubwami ya se Dawidi maze ubutegetsi bwiwe bugenda burarushiriza gukomera+.