2 Abami 23:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Farawo Neko araheza yimika Eliyakimu mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca se Yosiya, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo aca afata Yehowahazi amujana mu Misiri+, ari na ho yahavuye apfira+. 2 Ngoma 36:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehoyakimu+ yabaye umwami afise imyaka 25, maze amara imyaka 11 aganza i Yeruzalemu. Yagumye akora ivyo Yehova Imana yiwe abona ko ari bibi+.
34 Farawo Neko araheza yimika Eliyakimu mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca se Yosiya, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo aca afata Yehowahazi amujana mu Misiri+, ari na ho yahavuye apfira+.
5 Yehoyakimu+ yabaye umwami afise imyaka 25, maze amara imyaka 11 aganza i Yeruzalemu. Yagumye akora ivyo Yehova Imana yiwe abona ko ari bibi+.