2 Abami 24:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze umwami wa Babiloni yimika Mataniya sewabo wa Yehoyakini+, amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza amuhindura izina, amwita Zedekiya+. 2 Ngoma 36:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Zedekiya+ yabaye umwami afise imyaka 21, maze amara imyaka 11 aganza i Yeruzalemu+.
17 Maze umwami wa Babiloni yimika Mataniya sewabo wa Yehoyakini+, amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza amuhindura izina, amwita Zedekiya+.