-
1 Ngoma 6:31-33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Aba ni bo Dawidi yajeje ibanga ryo kuyobora abaririmvyi bo ku nzu ya Yehova, aho isandugu y’Imana imariye gushirwayo+. 32 Ni bo bari bajejwe ivyo kuririmba kw’ihema ryeranda ari ryo hema ry’ibonaniro, gushika igihe Salomo yubaka inzu ya Yehova i Yeruzalemu+. Igikorwa bari bajejwe bagikora nk’uko babisabwa+. 33 Abakora ico gikorwa hamwe n’abahungu babo bari aba: mu Bakohati hari umuririmvyi Hemani+. Hemani yari umuhungu wa Yoweli+, Yoweli wa Samweli,
-