Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aca avuga ati: «Imana yangabiye, emwe ingabire nziza cane! Ubu nawe nu umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.» Nuko amwita Zabuloni*+. Itanguriro 49:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Zabuloni+ azoba hafi y’inkengera y’ikiyaga, hafi y’inkengera amato* ashikirako+. Urubibe rwiwe ruzogenda rwerekeza i Sidoni+.
20 Aca avuga ati: «Imana yangabiye, emwe ingabire nziza cane! Ubu nawe nu umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.» Nuko amwita Zabuloni*+.
13 Zabuloni+ azoba hafi y’inkengera y’ikiyaga, hafi y’inkengera amato* ashikirako+. Urubibe rwiwe ruzogenda rwerekeza i Sidoni+.