ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 22:2-4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko Dawidi ategeka ko bakoranya abanyamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli. Maze abashinga igikorwa co gusatura no kuringaniza amabuye yo kwubakisha inzu y’Imana y’ukuri+. 3 Vyongeye, Dawidi ategura ubutare bwinshi bw’icuma bwo gukoramwo imisumari y’imiryango y’amarembo be n’ivyugazo. Ategura n’ubutare bwinshi bw’umujumpu butoshobora gupimwa+. 4 Dawidi ategura n’ibiti vy’amasederi+ bitagira igitigiri kuko Abanyasidoni+ n’Abanyatiro+ bamuzaniye ibiti vyinshi vy’amasederi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika